Abasaba Kwunganirwa no Gushigikirwa mu Ndimi (Rundi)
Dukora ibikorwa vyo gusigura mu ndimi ku buntu inyandiko zose zo mu Biro vy'Ubuyobozi Bw'Ihayanishwa. Niba uvuga ururimi rutari icongereza canke ukuneye gufashwa mu buryo bwumvikana mu vyerekeye ukuganira uhuza n'abandi, nyabuna turagusavye uhamagare Erin Robinson uciye kuri 802-522-7915 canke urungike ubutumwa ngurukanabumenyi bwa e-mail kuri erin.robinson@vermont.gov.
Ugusobanurwa kw'urubuga ngurukanabumenyi n'itegeko ry'ubwiherere
Urubuga: cmo.vermont.gov
Akura: Erin Robinson
aderese imeyire: erin.robinson@vermont.gov
Nimero ya terefone: 802-522-7915
Uru rubuga ngurukanabumenyi rushobora gusobanurwa kubwanyu hifashishijwe Google Translate canke iyindi nsobanura. Ugusobanura urubuga ngurukanabumenyi hifashishijwe Google Translate canke iyindi nsobanura bishobora kubamwo amakosa kandi kwizera iyo nsobanuro vyega nyene kuyikoresha. Dosiye zimwe zimwe n'amazina amwe amwe y'ibintu ntibishobora gusobanurwa, harimwo amafoto, ibicapo, naza PDF. Nta guhagararira, garanti, canke kwiyemeza vy'uburyo ubw'aribwo bwose bikorwa ku rugero ruhuye, rwo kwizerwa, canke rwuzuye rw'amakuru ayariyo yose asobanuwe mur'ubwo buryo. Ukudahura canke ubutandukane buzanywe n'ugusobanuza imashine runo rubuga barukura mu congereza barushira mu rundi rurimi urw'ari rwo rwose nta gifashi co mu butungane bizana.
Mu mwihariko, Google irasaba ko ibaruwa ry'ukutagira ico yagirizwa kubw'izi nsobanuro ritangwa:
"Iyi seruvise ishobora kuba irimwo ubusobanuro bwakozwe na Google. Google yikuyeko garanti zose zijanye n'izi nsobanuro, ziseruwe canke zidaseruwe, harimwo garanti z'ubwizerwa, canke garanti zidaseruwe z'ubudandazwa, guhura n'umugambi kanaka, n'ukurwanya isubirwamwo ridahuye n'amategeko."